Bienvenue sur notre blog Umurava
Articles récents
HAGIYE KWAKIGWA ABANDI BANYESHURE MUBISATA 6 MURI KAMINUZA Y’UBURUNDI BIYONGERA KUBAHERUKA KWIYANDIKISHA MUBAKOZE EXETAT 2019
Nkuko biboneka mw’ itanganzo ry’ ubushikiranganji bw’indero n ubushakashatsi ryokuruyu wa 7 gitugutu,Kaminuza y’Uburundi yongeye guha amahirwe abandi banyeshure biyongera kubari baramaze kwiyandikisha vyimfatakibanza! Urwo rwaruka rw’abanyeshure bakoze cakibazo ca Reta (Examen d’Etat édition 2019), batumweko habanje kugabanywa amanota bari bafatiyeko mwiyandinkwa ryambere.Mukamenyako bagabanijeko amanota angana na 1 kwijana (1%) kubisata nka vyose ugereranije nayo…
VEILLEE CULTURELLE A L’UNIVERSITE DU BURUNDI
Dans le but d’exhiber les différents talents des étudiants de la faculté des lettres et sciences humaines à l’Université du Burundi, de motiver les jeunes talentueux à développer leurs esprits de créativité, de toujours garder la saveur qu’elle a. La faculté en question est en train d’organiser une veillée culturelle de l’année 2020 pour tout le…





